
Sebarundi asaba abarundi kuzorangwa n’urukundo, ubumwe n’umwumvikano mu mwaka w’2021
Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 27 Kigarama 2020, umunsi aba kristu gatorika bahimbaza umunsi mukuru w’Umuryango Mweranda w’i Nazareti, Umukuru w’Igihugu, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe NyenicubahiroItangazo ku bimenyeshamakuru
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2020/12/Itangazo-27-12-2020-Inkuka-ya-Misa-i-Kiganda.pdf" download="all" viewer="google"]
Umukuru w’Igihugu asaba abarundi gushigikira abatishoboye
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE n’umuryango wiwe bagendeye, kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 25 kigarama, irerero ry’impfuvyi Kezakimana-Ubuzima bushasha mu gusubizahamwe (VNR), riri i Nyabiharage mu gisagara ca Gitega,Itangazo ku bimenyeshamakuru
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2020/12/25-12-2020-itangazo-Abepisikopi-3.pdf" download="all" viewer="google"]Abamenyeshamakuru b’Ikimenyeshamakuru Iwacu barekuwe hisunzwe ikigongwe c’Umukuru w’Igihugu
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ahejeje kugirira ikigongwe abantu 4 b’ikinyamakuru Iwacu bari basanzwe bapfungiwe mw’ibohero rikuru rya Bubanza. Kw’itegeko ry’Umukuru w’Igihugu No 120 ryo kuwa 23 Kigarama 2020 rijanye
Umukuru w’Igihugu yashimye ibikorwa vya Reta y’Uburundi ku bice 85%
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yasozereye umwiherero wamaze imisi ibiri kuva kw’igenekerezo rya 22 na 23 kigarama 2020 ku murwa mukuru wa politike i Gitega. Bamaze kurimbura ivyarangutse
Umukuru w’igihugu c’Uburundi yuguruye icese umwiherero w’abagize Reta kugira binegure ku vyaranguwe
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yuguruye icese ku murwa mukuru wa politike i Gitega, umwiherero wa Reta ku wa kabiri igenekerezo rya 21 kigarama 2020 kugira inzego nshasha
Abacamanza bashasha ba Sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro barahiye imbere ya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu
Kuri uyu wa 21 Kigarama 2020, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE yateye iteka igikorwa co kurahira icese ku bacamanza ba Sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro, akaba ari nawe yari agihagarariye.
Sebarundi asaba amashirahamwe yigenga gukorera mu runani na Reta, mw’ishirwa mu ngiro ry’imigambi y’igihugu.
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE, kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 20 Kigarama, mu gihe yari yifadikanije n’abakristo b’Ishengero Méthodiste Libre mu Burundi, mu birori vyo kwinjira icese ingoro y’Imana nshasha