Umukuru w’Igihugu asaba abarundi kwisubirako no kunagura imigenderanire n’Imana, muri iki gihe c’Ikarema
Kuri uyu musi w’Imana wa mbere w’Ikarema, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, bifadikanije n’abakristu ba Paruwasi Gihiza iri muri zone Mungwa, komine
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ahamagarira urwaruka guhurumbira inyigisho z’ubuhinga kugira bitezimbere
Mu gihe we n’umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye bari bifadikanije n’abenegihugu b’i Gitega ku murwa mukuru wa politique w’Uburundi, mu bikorwa rusangi vyo kwagura ishure kaminuza ry’imyuga riri ahitwa