Amasanamu 14 février 2021 Kurikira ikiganiro Ku Kivi kijanye n’urugendo Umukuru w’Igihugu ca Ethiopiya aherukamwo mu Burundi Read more
Amajambo yashikirijwe 9 février 2021 Ijambo Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye ashikirije ariko arazimana mugenziwe Nyenicubahiro Sahle – Work Zewde, arongoye Repuburika Iharanira Demokarasi kandi Yunze ubumwe ya Etiyopiya Ijambo Pdt Éthiopien Read more
Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 9 février 2021 Umukuru w’Igihugu ca Ethiopiya ari mu rugendo rw’akazi ngaha mu Burundi, mu ntumbero yo gutsimbataza imigenderanire y’ubucuti no gufashanya Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 9 ruhuhuma 2021, Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye, ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior Ndadaye, Mugenziwe w’Igihugu ca Ethiopiya, Nyenicubahiro Sahle-Work Zewde, Read more
Ivyegeranyo vy'Inama Nshikiranganji 8 février 2021 Icegeranyo c’inama Nshikiranganji yo kuwa 03 Ruhuhuma 2021 [embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/02/Itangazo-inama-03-Ruhuhuma-2021.docx" download="all" viewer="microsoft"] Read more
Amasanamu 6 février 2021 Ibikorwa nyamukuru vyaranguwe na Sebarundi muri iyo ndwi twaraye dusozereye, ni mu kiganiro Ku Kivi Read more
Amasanamu 5 février 2021 Igice ca 3 c’ijambo rya Sebarundi, mu birori vyo guhimbaza imyaka 30 hemejwe amasezerano y’ubumwe Read more
Amasanamu 5 février 2021 Igice ca 2 c’ijambo rya Sebarundi, mu birori vyo guhimbaza imyaka 30 hemejwe amasezerano y’ubumwe Read more
Amasanamu 5 février 2021 Ijambo rya Sebarundi mu birori vyo guhimbaza imyaka 30 hemejwe amasezerano y’ubumwe: Igice ca 1 Read more
Amasanamu 5 février 2021 Ijambo rishikirijwe na Sebarundi, kw’ihimbazwa ry’imyaka 30 Abarundi bemeje amasezerano y’ubumwe Read more
Amajambo yashikirijwe 4 février 2021 Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ku munsi wo guhimbaza imyaka 30 iheze Abarundi bitoreye amasezerano y’ubumwe bw’Abarundi [embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/02/ijambo-rya-Nyenicubahiro-Varisito-Ndayishimiye-mu-guhimbaza-imyaka-30-y-Amasezerano-y-Ubumwe-bw-Abarundi.pdf" download="all" viewer="google"] Read more