Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE n’umuryango wiwe bagendeye, kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 25 kigarama, irerero ry’impfuvyi Kezakimana-Ubuzima bushasha mu gusubizahamwe (VNR), riri i Nyabiharage mu gisagara ca Gitega,
Kuri uyu wa 25 Kigarama, umusi duhimbaza ivuka rya Yezu Kristu, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, yifadikanije n’abakristu ba Paruwasi Kristu Mwami yo ku Mushasha ku murwa mukuru w’intara
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yasozereye umwiherero wamaze imisi ibiri kuva kw’igenekerezo rya 22 na 23 kigarama 2020 ku murwa mukuru wa politike i Gitega. Bamaze kurimbura ivyarangutse
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yuguruye icese ku murwa mukuru wa politike i Gitega, umwiherero wa Reta ku wa kabiri igenekerezo rya 21 kigarama 2020 kugira inzego nshasha
Kuri uyu wa 21 Kigarama 2020, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE yateye iteka igikorwa co kurahira icese ku bacamanza ba Sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro, akaba ari nawe yari agihagarariye.
Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste yatanguje Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 19 Kigarama 2020, mu nkuka y’imisa yo kwinjira icese paruwase yitiriwe Regina Mundi iherutse gusubirwamwo, ko