
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye yibutsa abarundi kugaruka ku muco mwiza wo gufatana mu nda
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ari kumwe n’umuryango wiwe bifadikanije, kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 06 Myandagaro, n’imvukira zo ku musozi avukako wa Musama uri muri komine Giheta,
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye arahimiriza abenegihugu kwijukira ibikorwa vy’iterambere
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, yishikiye mu ntara ya Kayanza kuri uyu musi wa kane igenekerezo rya 05 Myandagaro kugira ngo yirabire yongere ahimirize abenegihugu mu bikorwa vy’iterambere bishingiye
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye ahamagarira Umurundi wese gutahurako afitiye ideni igihugu ciwe
Kuri uyu wa gatatu, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yabonaniye kw’ihoteli Royal Palace yo mu gisagara ca Bujumbura n’abarundi bakorera imirimo yabo mu bindi bihugu biri mu mpande zine
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye ahamagarira umuntu wese kwubaha ingoro y’Imana
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe n’umuryango wiwe wose bifadikanije n’Ishengero ry’Abagenzi mu birori vyo kwinjira isengero rishasha ryubatse Ku musozi wa Nyarurambi muri komine RutegamaIcegernyo c’Inama Nshikiranganji yo ku wa 21 Mukakaro 2021
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/07/Itangazo-Inama-21-Mukakaro-2021.pdf" download="all" viewer="google"][embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/07/Itangazo-Inama-21-Mukakaro-2021.pdf" download="all" viewer="google"]Dondoo za MHE. Samia Suluhu Hassan, Rais wa Jamhuli ya Muungano wa Tanzania baada ya kufanya mazungumzo rasmi na MHE. Evariste Ndayishimiye,Rais wa Jamhuri ya Burundi
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/07/Media-briefing-by-HE-Samia-Suluhu-Hassan-compresse.pdf" download="all" viewer="google"]
TANGAZO RIJANYE N’URUGENDO RW’AKAZI RWA NYENICUBAHIRO SAMIA SULUHU HASSAN, UMUKURU W’IGIHUGU CA TANZANIYA MU BURUNDI
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/07/Itangazo-rijanye-nurugendo-rwUmukuru-wIgihugu-ca-Tanzaniya.pdf" download="all" viewer="google"]