Itangazo rya Reta y’Uburundi ryo gushima ingingo Reta z’Unze Ubumwe za Amerika yafashe yo guhagarika ibihano vy’agahotoro yari yafatiye Uburundi
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/11/Itangazo-rya-Reta-ryo-Gushimira-RZA.docx" download="all" viewer="microsoft"]
Uburundi na Reta zunze ubumwe za Amerika biyemeje gukorana kugira batsimbataze imigenderanire
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yahaye umubonano kuri uyu musi wa kabiri ku Kirimba c’i Gitega, uwuserukira Reta zunze ubumwe za Amerika, umupfasoni Mélanie Harris Higgins. Mu vyo bayaze, bashimikiye
Mu gusozera Umwiherero w’abagize Urwego Nshingwabikorwa rwa Reta, Umukuru w’Igihugu yatanze inyigisho zo kuzirikana igihugu ku bayobozi bakuru muri Reta
Kuri uyu wa 5 Munyonyo 2021, mu ntara ya Gitega, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yatanze inyigisho zo kuzirikana igihugu ku barongoye inzego nkuru nkuru z’igihugu, abayobozi bakuru muri
Kuraba ko Urwego Nshingwabikorwa rwa Reta ruramira abenegihugu nkuko bitegerezwa, intumbero y’umwiherero w’abagize urwo rwego uriko urabera mu ntara ya Gitega
Kuva kuri uyu wa 3 Munyonyo 2021, ku kirimba c’Umukuru w’Igihugu i Gitega ku murwa mukuru wa poritike, hariko harabera umwiherero ku bagize Urwego Nshingwabikorwa rwa Reta y’Uburundi, urongowe
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bifadikanije n’abakirisu ba Paruwase Buziracanda, mu guhimbaza umusi w’Imana
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye bifadikanije n’abakirisu ba Paruwase Buziracanda iri muri komine Ndava y’intara ya Mwaro, mu nkuka ya misa yoIcegeranyo c’Inama Nshikiranganji yo ku wa 27 Gitugutu 2021
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/10/Itangazo-inama-27-Gitugutu-2021.pdf" download="all" viewer="google"]TAARIFA YA MHESHIMIWA RAIS Evariste NDAYISHIMIYE KWA WAANDISHI WA HABARI WAKATI WA ZIARA YA KISEREKALI NCHINI JAMUHIRI YA MUUNGANO WA TANZANIA
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/10/Taarifa-Pdt-Visite-Tanzanie-1.pdf" download="all" viewer="google"]