Icegeranyo c’Inama Nshikiranganji yo ku wa 21 Ndamukiza 2021
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/04/Itangazo-inama-21-Ndamukiza-2021.pdf" download="all" viewer="google"]
Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu c’Uburundi Angeline Ndayishimiye, ari i Brazzaville, yashigikiye icipfuzo co gukorana mu runani n’abandi batambukanyi b’abakuru b’ibihugu vya Afrika
Kw’igenekerezo rya15 Ndamukiza, Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yaraherekeje Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye i Brazzaville muri Repubulika ya Congo mu rugendo yari aramutse agira rwo gushigikira MugenziweItangazo ku bimenyeshamakuru rijanye n’urugendo rwa Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu mu gihugu ca Congo
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/04/communique-15-04-2021-Visite-officielle-Congo-kr.pdf" download="all" viewer="google"]
Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu yahaye umubonano uwuserukira OMS mu Burundi
Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, Umutambukanyi wa Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu c’Uburundi, akaba anarongoye amashirahamwe UMUGIRANEZA na OPDAD-Burundi, yahaye umubonano uwuserukira ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y’abantu, OMS, Dogiteri Xavier Crespin, ku wa 13