

Kaze ku rubuga rutangaza amakuru y'Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu
Ijambo rya Nyenicubahiro Petero Nkurunziza Umukuru w’igihugu umunsi ashikira amabanga yo kurongora Uburundi n’abarundi
Tubanje gushimira Imana Mushoboravyose kuko yatuzigamye kandi ikarinda Abarundi bose n’igihugu cacu gushika uyu musi utazigera wibagirwa. Imana n’ihabwe icubahiroIjambo rishikirijwe n’Umukuru w’Igihigu Petero Nkurunziza yipfuriza Abarundi Umwaka Mwiza w’ 2015.
Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi, Umwaka w’2014 turawusozereye, dutanguye umwaka mushasha w’2015. Turashimiye Imana Mushoboravyose ko yatuzigamye, ikaduha amagara meza n’ubushoboziIjambo rya Nyenicubahiro Petero NKURUNZIZA ku munsi wo kwigina intahe yo kwikukira 2013
Barundi, Barundikazi, Ncuti z’uburundi, Tubanje gushimira Imana Mushoboravyose yadushikanye kuri uwu musi turamutse duhimbaza imyaka 51 tumaze igihugu cacuIjambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu yipfuriza umwaka mwiza w’2012 Abarundi n’ababa mu Burundi
Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi, Umwaka w’i 2011 urarangiye, uw’i 2012 uratanguye. Turakengurukiye Imana Rugiravyose yo yatuzigamye, ikaduha amagara n’umutimaIbikorwa vy'Umukuru w'Igihugu

Ibihugu vy’Uburundi na Misiri vyashizeko umukono ku masezerano yo gufashanya
Ibihugu vy’Uburundi na Misiri vyateye