
Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yipfuriza Umwaka mwiza w’ 2020 Abarundi
1. Turasozereye umwaka w’2019, twinjiye mu mwaka mushasha w’2020. Imana Mushoboravyose yazigamye Uburundi n’Abarundi muri uyu mwaka turangije,ikatuja imbere mu migambi ihimbayey’iterambere twaranguye, nihabwe icubahirokandi yiganze mu Burundi. 2. TuripfurijeIJAMBO RYA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU RYO KWINJIRA INGORO ” NTARE RUSHATSI”
Banyakwubahwa mwese, Batumire bahire; Mudukundire tubanze dukengurukire Imana Mushoboravyose yatubungabunze gushika kuri uno musi kandi yadushoboje kwubaka tukuzuza iyi ngoro iteye igomwe, kandi iteye iteka Uburundi. 2. Iri genekerezo ryaIJAMBO RYA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU RYO KWINJIRA IHINGURIRO “FOMI”
1. Turashimiye Imana ku vyiza yama ikorera Uburundi tudasize inyuma Ihinguriro FOMI. « Imana igira aho imaniye », « Imana ifasha uwifashije », « Ntawuheka uwutisimbiza ». 2. Turashimiye abagizeIjambo Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu ashikirije Abarundi n’ababa mu Burundi twibuka imyaka 4 irangiye yimitswe ngo asubire kurongora Uburundi
[embeddoc url="https://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2019/08/INTSINZI-2019.pdf" viewer="google" ]Ijambo Nyenicubahiro umukuru w’Igihugu ashikirije ku munsi wahariwe abakozi n’akazi 2019
[embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2019/04/Umunsi-mukuru-Abakozi-2019.doc" viewer="microsoft" ]Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu Petero Nkurunziza Uburundi buhimbaza umunsi w’amasezerano y’ubumwe bw’abarundi 2019
[embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2019/02/UBUMWE-2019.doc" viewer="microsoft" ]Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu Petero Nkurunziza yipfuriza umwaka mwiza w’2019 abarundi n’ababa mu Burundi
[embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2018/12/Dscpurs-2018-ki.pdf" viewer="google" ]
Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu Petero Nkurunziza mugihe yariko yipfurizanya umwaka mwiza w’i 2019 n’inzego z’umutekano no kwivuna abansi
[embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2018/12/VOEUX-CDS-2019.doc" viewer="microsoft" ]Ijambo rya Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yugurura umugambi PAIFAR-B uzotanga ingurane zo gushigikira abarimyi
[embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2018/09/FIDA.doc" viewer="microsoft" ]