Ijambo Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu ashikirije Uburundi n’amakungu mu kwigina imyaka 55 y’Intahe y’Ukwikukira
Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi; Tubanje kubaramutsa mwese aho muri hose! 1. Nkuko mubizi, aho bukera, abenegihugu bose, abato n’abakuze baba mu Burundi no mu mahanga, tuzohimbaza mu kanyamuneza kadasanzwe imyakaIjambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu yugura ihuriro ryo guhimbaza imyaka 10 Uburundi bwinjiye mu muryango wa EAC
[embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2017/06/IJAMBO-28-6-2017.doc" viewer="microsoft" ]
Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu yugurura icese ibikorwa vy’Umurwi ujejwe kurwanya SIDA
[embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2017/06/Ijambo-2017.doc" viewer="microsoft" ]
Ijambo Nyenicubahiro Petero Nkurunziza ashikirije Abarundi abipfuriza Umunsi mukuru mwiza w’Akazi n’abakozi
Barundi, Barundikazi, Bakoresha, Bakozi, Ncuti z’Uburundi; Kuri uyu musi turamutse duhimbaza umusi mukuru mpuzamakungu w’abakozi n’akazi, umusi wama uhimbazwa kw’isi yose igenekerezo rya mbere Rusama, turakengurukiye Imana Mushoboravyose yoIjambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu mu kugurura ikoraniro ry’urwaruka 2017
[embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2017/04/Ijambo-rya-Nyenicubahiro-Petero-Nkurunziza-Ikoraniro-Urwaruka-2017-I-Gitega.doc" viewer="microsoft" ]