Itangazo ku bimenyeshamakuru
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/01/Itangazo-06-01-2021-ukwipfuriza-umwaka-mwiza-n-abanyamigambwe.pdf" download="all" viewer="google"]Ijambo ryashikirijwe na Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye ryo kwipfuriza umwaka mushasha wi 2021 abarongoye imigambwe
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/01/Echange-de-voeux-parti-politique.pdf" download="all" viewer="google"]
Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye aripfuzako Ekleziya Katorika yoba umushinge w’iterambere
Mu gihe hahimbazwa ukumenyekana kw’Umwami Yezu, Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, aho yari yifadikanije n’abakirisu ba paruwase Budatyora iri muri Komine Itaba y’intara ya Gitega, mu nkuka y’imisa y’uwa Mungu
Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye rijanye n’umwaka mushasha wa 2021
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/01/Message-a-la-nation-2020-Kirundi.pdf" download="all" viewer="google"]
Amasengesho yo gushimira Imana ko yazigamye Uburundi mu mwaka wa 2020, kabaye akaryo ko kwerekana ubumwe buri hagati y’abemera Imana
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 31 kigarama 2020, muri komine Mutaho y’intara ya Gitega, niho hasozerwa igisabisho co gushimira Imana ku vyiza yakoreye Uburundi n’abarundi mu mwaka w’2020, catunganijwe
Umukuru w’igihugu asaba abarundi gukomeza ubumwe n’urukundo kugira intambwe bagezeko ntizosubire inyuma
Ku munsi ugira gatatu w’igisabisho categuwe n’Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, kw’izina ry’abarundi bose, Umukuru w’igihugu yasavye abarundi gusenga no gukomeza Ubumwe n’Urukundo kugira intambwe tugezeko ntisubire inyuma. Yishimikije
Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye arashimira Imana ku vyiza yakoreye Uburundi
Mu gusozera umunsi ugira kabiri w’amasengesho y’igihugu yo gushimira Imana ku vyiza yakoreye Uburundi, Umukuru w’Igihugu, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yamenyesheje ko umwaka w’2020 wabaye umwaka udasanzwe ku Burundi, nkuko Umuhisi
Umukuru w’Igihugu asaba indongozi gukunda abo barongoye no kubabera abavyeyi babushitse
Kuri uyu musi ugira kabiri w’amasengesho y’igihugu yatunganijwe na Sebarundi kw’izina ry’abarundi bose, mu ntumbero yo gushimira Imana ku vyiza yakoreye Uburundi, amasengesho ariko arabera i Mutaho mu ntara
Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye asaba Imana kubandanya ikingira Uburundi
Mu nkuka ya misa yaherejwe na Musenyeri mukuru wa Diyoseze nkuru ya Gitega Simoni Ntamwana muri paruwasi Gitongo, komine Mutaho, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, mu gisabisho rusangi yashikirije,