Umukuru w’igihugu aguma ari hafi y’abenegihugu mu migambi y’iterambere
Mu ntumbero yo kwirabira imigambi y’iterambere ishigikiwe n’Ibanki y’Isi yose, Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito yarabandanije kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 24 Ruhuhuma 2021, gusanga ku kivi abarimyi-borozi ba
Amasengesho yo gushimira Imana ko yazigamye Uburundi mu mwaka wa 2020, kabaye akaryo ko kwerekana ubumwe buri hagati y’abemera Imana
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 31 kigarama 2020, muri komine Mutaho y’intara ya Gitega, niho hasozerwa igisabisho co gushimira Imana ku vyiza yakoreye Uburundi n’abarundi mu mwaka w’2020, catunganijwe