Itangazo ku bimenyeshamakuru rijanye n’urugendo rw’Umukuru w’Igihugu mu gihugu ca Misiri
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/03/Itangazo-23-03-2021-urugendo-mu-Misiri.pdf" download="all" viewer="google"]
Umukuru w’Igihugu asaba abarundi kwipimisha ikiza ca corona, kenshi gashoboka.
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari kumwe n’Umuryango wiwe, bifadikanije n’abakristu bo muri Paruwasi Regina Pacis, iri mw’ikambi y’igiporisi ya SOCARTI mu Kamenge, mu gisabisho co kuri uwu w’Imana ugiraUBUTUMWA BWA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU C’UBURUNDI INYUMA Y’URUPFU RW’UMUKURU W’IGIHUGU CA TANZANIYA, NYENICUBAHIRO JOHN POMBE JOSEPH MAGUFULI
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/03/Ijambo-ryo-Guhoza-Tanzaniya.pdf" download="all" viewer="google"]
Umuryango wa Sebarundi wasangiye inkuka ya misa n’abakritu b’i Munanira
Kuri uyu wa 14 Ntwarante 2021, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, basangiye inkuka ya misa n’abakristu ba Paruwasi Munanira ikukira Diyoseze Nkuru