
Amashirahamwe CNME-CGC yahagaritswe mu mugambi wo kwubaka urugomero rwa Mpanda
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yishikiye ku rubibe intara za Muramvya, Kayanza na Bubanza zihwanirako, aho amashirahamwe CNME-CGC yariko arakorera umugambi wo kwubaka urugomero rwa Mpanda, umugambi aho kuzanaIcegeranyo c’Inama Nshikiranganji yo ku wa 14 Gitugutu 2021
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/10/Itangazo-Inama-14-Gitugutu-2021.pdf" download="all" viewer="google"]
Uburundi bwibutse ku ncuro igira 60 igandagurwa ry’incungu y’ukwikukira Umuganwa Ludoviko Rwagasore
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye n’izindi ndongozi z’igihugu nk’umukuru w’Inama Nkenguzamateka, Icegera c’Umukuru w’igihugu, Umushikiranganji wa mbere, abashingamateka n’abakenguzamateka, abashikiranganji bagize Reta y’Uburundi,
Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye ryo kwugurura icese ibikorwa vy’Isabukuru Ndangakaranga, ku ncuro ya mbere
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/10/Isabukuru-ndangakaranga.pdf" download="all" viewer="google"]