Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari mu rugendo rw’akazi rwamushikanye mu gihugu ca Misiri, yararonse akaryo ko kugendera umurwa Mukuru mushasha wa politike wa Misiri, uriko urubakwa ahitwa Al-Masa ku
Ibihugu vy’Uburundi na Misiri vyateye umukono kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 24 Ntwarante, ku masezerano atandatu yo gufashanya, akuraho za mpapuro zitanga uburenganzira bwo kwinjira mu gihugu kanaka bita
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari kumwe n’Umuryango wiwe, bifadikanije n’abakristu bo muri Paruwasi Regina Pacis, iri mw’ikambi y’igiporisi ya SOCARTI mu Kamenge, mu gisabisho co kuri uwu w’Imana ugira