Amajambo yashikirijwe 4 février 2018 Ijambo rya Nyenicubahiro Petero Nkurunziza ku munsi wahariwe amasezerano y’ubumwe bw’abarundi 2018 [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2018/02/Ubumwe-2018.docx" viewer="microsoft" ] Read more
Amatangazo 28 janvier 2018 Itangazo ry’umuvugizi w’Umukuru w’Igihugu inyuma y’urupfu rw’umuvyeyi w’Incungu ya demokarasi IBIRO VY’UMUKURU W’IGIHUGU IGISATA C’UMUVUGIZI W’UMUKURU W’IGIHUGU ITANGAZO Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu akaba na Sebarundi yakiranye umubabaro mwinshi urupfu rw’umuvyeyi yari asigaye w’Incungu ya Demokarasi mu Burundi, rwashitse Read more
Amajambo yashikirijwe 31 décembre 2017 Ijambo Nyenicubahiro Petero Nkurunziza ashikirije yipfuriza umwaka mwiza w’2018 Abarundi n’ababa mu Burundi Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi; 1. Turiko turasezera umwaka w’2017, twongera twinjira mu mwaka w’2018 turi mu mahoro, umutekano n’impore impande zose z’Igihugu cacu. Turakengurukiye Imana Mushobora vyose yazigamye kandi Read more
Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 22 décembre 2017 Ijambo rya Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yipfuriza umwaka w’2018 inzego z’umutekano no kwivuna abansi [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2017/12/VOEUX-CDS-2018.docx" viewer="microsoft" ] Read more
Amajambo yashikirijwe 18 décembre 2017 Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu ku munsi wo gushikiriza ingene amakomine yakoze mu 2016 [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2018/01/RUTEGAMA.docx" viewer="microsoft" ] Read more
Amajambo yashikirijwe 19 août 2017 Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu mu kwibuka imyaka 2 iheze Abarundi bitoreye indongozi Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi; 1. Tubanje gukengurukira Imana Mushoboravyose yo yadushoboje gushika kuri uyu musi wo gushima imyaka ibiri irangiye abenegihugu batwizeye, mu kudutora ngo tubabere indongozi mu kiringo c’imyaka Read more
Amajambo yashikirijwe 30 juin 2017 Ijambo Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu ashikirije Uburundi n’amakungu mu kwigina imyaka 55 y’Intahe y’Ukwikukira Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi; Tubanje kubaramutsa mwese aho muri hose! 1. Nkuko mubizi, aho bukera, abenegihugu bose, abato n’abakuze baba mu Burundi no mu mahanga, tuzohimbaza mu kanyamuneza kadasanzwe imyaka Read more
Amajambo yashikirijwe 28 juin 2017 Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu yugura ihuriro ryo guhimbaza imyaka 10 Uburundi bwinjiye mu muryango wa EAC [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2017/06/IJAMBO-28-6-2017.doc" viewer="microsoft" ] Read more
Amajambo yashikirijwe 27 juin 2017 Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu yugurura icese ibikorwa vy’Umurwi ujejwe kurwanya SIDA [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2017/06/Ijambo-2017.doc" viewer="microsoft" ] Read more
Amajambo yashikirijwe 30 avril 2017 Ijambo Nyenicubahiro Petero Nkurunziza ashikirije Abarundi abipfuriza Umunsi mukuru mwiza w’Akazi n’abakozi Barundi, Barundikazi, Bakoresha, Bakozi, Ncuti z’Uburundi; Kuri uyu musi turamutse duhimbaza umusi mukuru mpuzamakungu w’abakozi n’akazi, umusi wama uhimbazwa kw’isi yose igenekerezo rya mbere Rusama, turakengurukiye Imana Mushoboravyose yo Read more