Itangazo rijanye n’urugendo rw’Umukuru w’Igihugu, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, mu gihugu ca Guinée Équatoriale
Itangazo rijanye n’urugendo rw’umukuru w’igihugu nyecibuhari Varisito Ndayishimiye.
Umukuru w’Igihugu ahamagarira Abarundi gutsimbataza urukundo no gufatana munda
Kuri uyu w’Imana, igenekerezo rya mbere Munyonyo 2020, Umuryango w’Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Général Major Varisito NDAYISHIMIYE wifadikanije n’Abakristu ba Paroisse Murayi, ikukira Archidiocèse ya Gitega, mu nkuka ya misa y’uno