Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ku munsi wo guhimbaza imyaka 30 iheze Abarundi bitoreye amasezerano y’ubumwe bw’Abarundi
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/02/ijambo-rya-Nyenicubahiro-Varisito-Ndayishimiye-mu-guhimbaza-imyaka-30-y-Amasezerano-y-Ubumwe-bw-Abarundi.pdf" download="all" viewer="google"]
Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye arashima imigenderanire myiza iri hagati y’Uburundi n’Igihugu c’Ubushinwa
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 04 Ruhuhuma 2021, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yahaye umubonano uwuserukira igihugu c’Ubushinwa mu Burundi, Amb. Li Changlin, aho yari aje kumwikebanura, mu
Ibihugu vya Côte d’Ivoire na Nigeria biriteguye gushigikira Uburundi mw’iterambere
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Ndayishimiye Varisito yakiriye kuri uwu wa gatatu itariki 3 Ruhuhuma 2021 intumwa zidasanzwe zibiri zarungitswe na bagenziwe ba Nigeria Muhammadu Buhari na Côte d’Ivoire Alassane
Umutambukanyi wa Sebarundi yatanguje ihiganwa Miss Burundi 2021
Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye yatanguje icese ihiganwa ryo gutora umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge, mu mwaka w’2021, ariryo « Miss Burundi 2021 ». Ibirori vyo gutanguza ibikorwa