
Umukuru w’igihugu Ndayishimiye ahamagarira Abarundi kwitegurira irima ryo mu ci
Mu gihe yari ahejeje kwimbura itoni umunani z’ibigori mu murima uri ku musozi Mpehe wa zone Bugarama mu ntara ya Muramvya, Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye yasavye abarundi kwitegurira irima ryo