

Kaze ku rubuga rutangaza amakuru y'Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu

Ijambo Nyenicubahiro Petero Nkurunziza ashikirije Abarundi abipfuriza Umunsi mukuru mwiza w’Akazi n’abakozi
Barundi, Barundikazi, Bakoresha, Bakozi, Ncuti z’Uburundi; Kuri uyu musi turamutse duhimbaza umusi mukuru mpuzamakungu w’abakozi n’akazi, umusi wama uhimbazwa
Ijambo Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu yashikirije atanguza Umwaka w’ivyirwa muri ISCAM
Imbere ya vyose tubanje gukengurukira Imana Mushoboravyose yatuzigamye ikadushikana kuri iri sango ryiza kandi ridasanzwe muri Kaminuza y’Intwazangabo ISCAM. TuriUMUKURU W’IGIHUGU YASHIKIRIJE IJAMBO ABARUNDI N’AMAKUNGU
UMUKURU W’IGIHUGU YASHIKIRIJE IJAMBO ABARUNDI N’AMAKUNGU Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi ; 1. Umwaka w’2016 turawusozereye, dutanguye uw’2017 turi mu mahoro n’umutekano.Ijambo Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yashikirije Abarundi abipfuriza umunsi mukuru mwiza wahariwe abakozi n’akazi.
Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi, 1. Tubanje gushimira Imana Mushoboravyose yo yama ituja imbere mu kurangura imirimo yacu. Nihabwe icubahiro. 2.Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu yugurura ihuriro ry’urwaruka umwaka w’i 2016 i Gitega
Imana Mushoboravyose nihabwe icubahiro kubona yaratugabiye ku buntu bwayo igihugu ciza, aribwo Burundi bwacu. Turabahaye rero ikaze muri inoIJAMBO RISHIKIRIJWE N’UMUKURU W’IGIHUGU MU KWIBUKA IMYAKA 25 IRANGIYE ABARUNDI BEMEJE AMASEZERANO Y’UBUMWE BWABO
Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi ; 1. Tubanje gushimira Imana Mushoboravyose yadushikanye kuri uno musi, ahó turamútse duhimbaza imyaka 25 tumaze twiyemerejeIJAMBO NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU ASHIKIRIJE ABARUNDI ABIPFURIZA UMWAKA MUSHASHA W’2016
Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi, 1. Turasozereye umwaka w’2015. Dutanguye umwaka mushasha w’2016 dufise umunezero wo kuwurangiza neza, turi muIjambo Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu ashikirije yugurura ibikorwa vy’umurwi CNDI
Batumire bahire, Barundi, Barundikazi, Benewacu 1. Imbere ya vyose tubanje gushimira Imana Mushoboravyose idushikanye kuri iyi ntambwe ihambaye, mu nziraIjambo rya Nyenicubahiro Petero Nkurunziza Umukuru w’igihugu umunsi ashikira amabanga yo kurongora Uburundi n’abarundi
Tubanje gushimira Imana Mushoboravyose kuko yatuzigamye kandi ikarinda Abarundi bose n’igihugu cacu gushika uyu musi utazigera wibagirwa. Imana n’ihabwe icubahiroIbikorwa vy'Umukuru w'Igihugu

Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yaganutse ava mu rugendo rw’imisi 3 yahoramwo mu gihugu ca Misiri
Ku kiganiro yahaye abamenyeshamakuru
Umushikiranganji Shingiro yarayaze neza n’abagwizatunga ba Misiri ku vyo kuzana imitahe yabo mu Burundi
Kw’igenekerezo rya 25 Ntwarante, Umushikiranganji
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito yaragendeye umurwa Mukuru mushasha wa politike wa Misiri
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye,