
Abarundi bibutse ku ncuro igira 27 igandagurwa rya Prezida Cyprien Ntaryamira
Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye, ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, co kimwe n’abarongoye inzego nkuru nkuru z’igihugu, bifadikanije n’abandi barundi, mu kwibuka ku ncuro igira 27
Umushikiranganji mushasha w’indero n’ubushakashatsi yarahiye imbere y’Umukuru w’Igihugu
Inyuma y’umutaga wo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 5 Ndamukiza 2021, mu ngoro y’amakoraniro yo mu Kigobe, Umushikiranganji mushasha w’indero n’ubushakashatsi Dr François Havyarimana, niho yarahira icese ngo atangure
Umukuru w’Igihugu yifadikanije n’abakirisu bo muri Paroisse Kibumbu mu guhimbaza Pasika
Kuri uyu musi mukuru wa Pasika, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye n’Umuryango wiwe, basangiye inkuka ya misa yo guhimbaza izuka rya Yezu, n’abakristu ba Paruwasi Kibumbu iri mu ntara ya
Umukuru w’Igihugu yaganutse ava mu gihugu ca Centrafrika
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 31 Ntwarante 2021, niho Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yaganuka ava mu gihugu ca Centrafrika, iyo yari yagiye kwifadikanya n’abenegihugu bo muri icoUmubonano Umukuru w’Igihugu yagiranye n’Abarundi baba i Bangui
Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye Umukuru w’Igihugu c’Uburundi yabonanye kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 30/03/2021 n’Abarundi baba mu gisagara ca Bangui, umurwa mukuru wa Centrafrique. Abo nabo bakaba bari bipfuje kuramutsa
Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yaganutse ava mu rugendo rw’imisi 3 yahoramwo mu gihugu ca Misiri
Ku kiganiro yahaye abamenyeshamakuru igihe yashika ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior Ndadaye c’i Bujumbura, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yamenyesheje ko ashima cane ingene yakiranywe igishika na Mugenziwe wa
Umushikiranganji Shingiro yarayaze neza n’abagwizatunga ba Misiri ku vyo kuzana imitahe yabo mu Burundi
Kw’igenekerezo rya 25 Ntwarante, Umushikiranganji ajejwe imigenderanire no gufashanya n’ayandi makungu Nyakwubahwa Albert Shingiro yarakoranirije hamwe, mu nzu y’amanama yitwa Colorés Canyon y’inzu y’ingenzi Hilton Héliopolis, abarongoye amahinguriro y’igihugu ca
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito yaragendeye umurwa Mukuru mushasha wa politike wa Misiri
Umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, ari mu rugendo rw’akazi rwamushikanye mu gihugu ca Misiri, yararonse akaryo ko kugendera umurwa Mukuru mushasha wa politike wa Misiri, uriko urubakwa ahitwa Al-Masa ku