Itangazo ku bimenyeshamakuru rijanye n’ihimbazwa ry’Umunsi Mukuru wa Noheri
Kuri uyu wa 25 Kigarama, umusi duhimbaza ivuka rya Yezu Kristu, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, yifadikanije n’abakristu ba Paruwasi Kristu Mwami yo ku Mushasha ku murwa mukuru w’intaraItangazo n°2 rya Reta y’Uburundi ku ngingo y’Inama nkuru y’umutekano ya ONU
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2020/12/itangazo-rya-2-rya-Reta-CSNU.pdf" download="all" viewer="google"]Itangazo nomero 1 rya Reta y’Uburundi kubijanye n’ukurwanya ikiza ca Coronavirus
Itangazo numero 1 rya Reta y’Uburundi kubijanye n’ukurwanya ikiza ca Coronavirus.Itangazo rijanye n’urugendo rw’Umukuru w’Igihugu, Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, mu gihugu ca Guinée Équatoriale
Itangazo rijanye n’urugendo rw’umukuru w’igihugu nyecibuhari Varisito Ndayishimiye.
UMUSHIKIRANGANJI W’IMIGENDERANIRE N’AMAKUNGU W’IGIHUGU CA KONGO YAKIRIWE N’UMUKURU W’IGIHUGU C’UBURUNDI
Kuri uyu wa 5 Gitugutu 2020 igihe c’isaha icumi (16h00), Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE yakiriye Umushikiranganji w’Imigenderanire n’amakungu w’Igihugu ca Repuburika Iharanira Demokarasi ya Kongo (RDC), Umupfasoni Marie