UMUKURU W’IGIHUGU YASHIKIRIJE IJAMBO ABARUNDI N’AMAKUNGU Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi ; 1. Umwaka w’2016 turawusozereye, dutanguye uw’2017 turi mu mahoro n’umutekano. Turakengurukiye Imana Mushoboravyose yazigamye kandi ikarinda Uburundi n’Abarundi muri uyu