Amajambo yashikirijwe 27 septembre 2019 IJAMBO RYA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU RYO KWINJIRA INGORO ” NTARE RUSHATSI” Banyakwubahwa mwese, Batumire bahire; Mudukundire tubanze dukengurukire Imana Mushoboravyose yatubungabunze gushika kuri uno musi kandi yadushoboje kwubaka tukuzuza iyi ngoro iteye igomwe, kandi iteye iteka Uburundi. 2. Iri genekerezo rya Read more
Amajambo yashikirijwe 17 septembre 2019 IJAMBO RYA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU RYO KWINJIRA IHINGURIRO “FOMI” 1. Turashimiye Imana ku vyiza yama ikorera Uburundi tudasize inyuma Ihinguriro FOMI. « Imana igira aho imaniye », « Imana ifasha uwifashije », « Ntawuheka uwutisimbiza ». 2. Turashimiye abagize Read more
Amajambo yashikirijwe 30 avril 2019 Ijambo Nyenicubahiro umukuru w’Igihugu ashikirije ku munsi wahariwe abakozi n’akazi 2019 [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2019/04/Umunsi-mukuru-Abakozi-2019.doc" viewer="microsoft" ] Read more
Amajambo yashikirijwe 4 février 2019 Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu Petero Nkurunziza Uburundi buhimbaza umunsi w’amasezerano y’ubumwe bw’abarundi 2019 [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2019/02/UBUMWE-2019.doc" viewer="microsoft" ] Read more
Amajambo yashikirijwe 31 décembre 2018 Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu Petero Nkurunziza yipfuriza umwaka mwiza w’2019 abarundi n’ababa mu Burundi [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2018/12/Dscpurs-2018-ki.pdf" viewer="google" ] Read more
Amajambo yashikirijwe, Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 18 décembre 2018 Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu Petero Nkurunziza mugihe yariko yipfurizanya umwaka mwiza w’i 2019 n’inzego z’umutekano no kwivuna abansi [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2018/12/VOEUX-CDS-2019.doc" viewer="microsoft" ] Read more
Amajambo yashikirijwe 18 septembre 2018 Ijambo rya Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yugurura umugambi PAIFAR-B uzotanga ingurane zo gushigikira abarimyi [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2018/09/FIDA.doc" viewer="microsoft" ] Read more
Amajambo yashikirijwe 20 août 2018 Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu aho imyaka itatu irumanye asubiriye kwizerwa ngo arongore igihugu c’Uburundi [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2018/08/INTSINZI-2018.pdf" viewer="google" ] Read more
Amajambo yashikirijwe 1 juillet 2018 Ijambo Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu ashikirije Abarundi n’ababa mu Burundi ku munsi wo kwibuka imyaka 56 irangiye Uburundi bwikukiye [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2018/07/INTAHE-2018-1.doc" viewer="microsoft" ] Read more
Amajambo yashikirijwe 7 juin 2018 Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu ashikirije ku munsi ashira igikumu Ibwirizwa nshingiro [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2018/06/IBWIRIZWA-SHINGIRO-FINAL.pdf" viewer="google" ] Read more