Amajambo yashikirijwe 20 août 2018 Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu aho imyaka itatu irumanye asubiriye kwizerwa ngo arongore igihugu c’Uburundi [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2018/08/INTSINZI-2018.pdf" viewer="google" ] Read more
Amajambo yashikirijwe 1 juillet 2018 Ijambo Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu ashikirije Abarundi n’ababa mu Burundi ku munsi wo kwibuka imyaka 56 irangiye Uburundi bwikukiye [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2018/07/INTAHE-2018-1.doc" viewer="microsoft" ] Read more
Amajambo yashikirijwe 7 juin 2018 Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu ashikirije ku munsi ashira igikumu Ibwirizwa nshingiro [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2018/06/IBWIRIZWA-SHINGIRO-FINAL.pdf" viewer="google" ] Read more
Amajambo yashikirijwe 7 avril 2018 Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu yugurura ikoraniro ry’urwaruka 2018 [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2018/04/URWARUKA-2018-A5-1.pdf" viewer="google" ] Read more
Amajambo yashikirijwe 4 février 2018 Ijambo rya Nyenicubahiro Petero Nkurunziza ku munsi wahariwe amasezerano y’ubumwe bw’abarundi 2018 [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2018/02/Ubumwe-2018.docx" viewer="microsoft" ] Read more
Amajambo yashikirijwe 31 décembre 2017 Ijambo Nyenicubahiro Petero Nkurunziza ashikirije yipfuriza umwaka mwiza w’2018 Abarundi n’ababa mu Burundi Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi; 1. Turiko turasezera umwaka w’2017, twongera twinjira mu mwaka w’2018 turi mu mahoro, umutekano n’impore impande zose z’Igihugu cacu. Turakengurukiye Imana Mushobora vyose yazigamye kandi Read more
Amajambo yashikirijwe 18 décembre 2017 Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu ku munsi wo gushikiriza ingene amakomine yakoze mu 2016 [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2018/01/RUTEGAMA.docx" viewer="microsoft" ] Read more
Amajambo yashikirijwe 19 août 2017 Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu mu kwibuka imyaka 2 iheze Abarundi bitoreye indongozi Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi; 1. Tubanje gukengurukira Imana Mushoboravyose yo yadushoboje gushika kuri uyu musi wo gushima imyaka ibiri irangiye abenegihugu batwizeye, mu kudutora ngo tubabere indongozi mu kiringo c’imyaka Read more
Amajambo yashikirijwe 30 juin 2017 Ijambo Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu ashikirije Uburundi n’amakungu mu kwigina imyaka 55 y’Intahe y’Ukwikukira Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi; Tubanje kubaramutsa mwese aho muri hose! 1. Nkuko mubizi, aho bukera, abenegihugu bose, abato n’abakuze baba mu Burundi no mu mahanga, tuzohimbaza mu kanyamuneza kadasanzwe imyaka Read more
Amajambo yashikirijwe 28 juin 2017 Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu yugura ihuriro ryo guhimbaza imyaka 10 Uburundi bwinjiye mu muryango wa EAC [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2017/06/IJAMBO-28-6-2017.doc" viewer="microsoft" ] Read more