Amasanamu 2 mars 2021 Inyuma y’aho Paruwasi Kibumbu ibomorewe n’umuyaga, Sebarundi asaba abarundi bose kubafata mu mugongo Read more
Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 27 février 2021 Uburundi buratsimbataye mu karere ka Afrika y’Ubuseruko Ku ncuro ya mbere kuva ashikiriye amabanga yo kurongora Uburundi, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, kuri uyu wa gatandatu, yitavye inama isanzwe y’abakuru b’ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’Ubuseruko Read more
Amasanamu 26 février 2021 Sebarundi ahimiriza urwaruka kwijukira amashure y’ubuhinga kugira bategure kazoza kabo n’ak’igihugu Read more
Amasanamu 26 février 2021 Ivyayazwe na Sebarundi, inyuma yo kugendera imigambi y’abenegihugu ifashwe mu mugongo n’ibanki y’isi Read more
Amasanamu 25 février 2021 Impanuro zishikirijwe n’Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu, Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, mu ruganda rwo guhimiriza gufasha mw’iterambere ry’umwana mutoyi kuva agisamwa gushika ku myaka umunani Read more
Amasanamu 25 février 2021 Ijambo rishikirijwe n’Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu, Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, mu ruganda rwo guhimiriza gufasha mw’iterambere ry’umwana mutoyi kuva umwana agisamwa gushika ku myaka umunani Read more
Amasanamu 22 février 2021 Sebarundi asaba abagwizatunga kuja hamwe bahingure umwimbu, barondere n’amasoko hanze y’igihugu Read more
Amasanamu 22 février 2021 Sebarundi asaba abakozi ba Reta kuba abavyeyi mu bisata bajejwe no kubungabunga itunga ry’igihugu Read more
Amasanamu 22 février 2021 Sebarundi ati rwaruka mwirinde gusamara, ja ku kivi mwiteze imbere, ha kwama muhanze amaso abavyeyi Read more
Amasanamu 22 février 2021 Sebarundi asaba urwaruka kwiga rubona iyo rwerekeza, rwige kugira narwo ruzoshobore gutanga akazi Read more