Ijambo Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye ashikirije ku musi wo kuganduka kuri Nyakwigendera Petero Nkurunziza, no gutanguza icese Umusi Mukuru wo Kuzirikana no Gukundisha Igihugu Abarundi
[embeddoc url="https://kwantare.gov.bi/doaphees/2021/06/Discours-Pdt-8-juin.pdf" download="all" viewer="google"]
Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye intumwa idasanzwe ya ONU mu karere k’ibiyaga binini
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 29 Rusama, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yahaye umubonano Huang Xia, intumwa idasanzwe y’Umunyamabanga Mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, mu karere k’ibiyaga binini. Muri
Umukuru w’Igihugu yakiriye Umunyamabanga mukuru wa Afrika y’Ubuseruko
Kuri uyu wa 29 Rusama, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yakiriye, ku kirimba ciwe kiri i Gitega, Peter Mutuku Mathuki, Umunyamabanga Mukuru w’Umuryango wa Afrika y’Ubuseruko. Muri uyo mubonano,