Amajambo yashikirijwe 31 mars 2016 Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu yugurura ihuriro ry’urwaruka umwaka w’i 2016 i Gitega Imana Mushoboravyose nihabwe icubahiro kubona yaratugabiye ku buntu bwayo igihugu ciza, aribwo Burundi bwacu. Turabahaye rero ikaze muri ino nama idasanzwe mwagenewe, mwebwe urwaruka, tukaba kandi tubashimiye mwebwe mwese Read more
Amajambo yashikirijwe 4 février 2016 IJAMBO RISHIKIRIJWE N’UMUKURU W’IGIHUGU MU KWIBUKA IMYAKA 25 IRANGIYE ABARUNDI BEMEJE AMASEZERANO Y’UBUMWE BWABO Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi ; 1. Tubanje gushimira Imana Mushoboravyose yadushikanye kuri uno musi, ahó turamútse duhimbaza imyaka 25 tumaze twiyemereje Amasezerano y’Ubumwe bwacu. 2. Nkako, kuva kw’igenekerezo rya 5 Ruhuhuma Read more
Amajambo yashikirijwe 1 janvier 2016 IJAMBO NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU ASHIKIRIJE ABARUNDI ABIPFURIZA UMWAKA MUSHASHA W’2016 Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi, 1. Turasozereye umwaka w’2015. Dutanguye umwaka mushasha w’2016 dufise umunezero wo kuwurangiza neza, turi mu mahoro, umutekano n’akanyamuneza kenshi. Turashimiye Imana Mushoboravyose kuba yagumye hafi Read more
Amajambo yashikirijwe 23 octobre 2015 Ijambo Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu ashikirije yugurura ibikorwa vy’umurwi CNDI Batumire bahire, Barundi, Barundikazi, Benewacu 1. Imbere ya vyose tubanje gushimira Imana Mushoboravyose idushikanye kuri iyi ntambwe ihambaye, mu nzira yo gushigikira no gutsimbataza amahoro n’umutekano mu gihugu, mu Burundi Read more
Amajambo yashikirijwe 20 août 2015 Ijambo rya Nyenicubahiro Petero Nkurunziza Umukuru w’igihugu umunsi ashikira amabanga yo kurongora Uburundi n’abarundi Tubanje gushimira Imana Mushoboravyose kuko yatuzigamye kandi ikarinda Abarundi bose n’igihugu cacu gushika uyu musi utazigera wibagirwa. Imana n’ihabwe icubahiro kirengeye vyose, integuro yayo ni nziza ku Barundi no ku Read more
Amajambo yashikirijwe 5 février 2015 Ijambo rya Nyenicubahiro ku munsi wo kwibuka amasezerano y’ubumwe bw’Abarundi 2015 [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2017/04/Ijambo-rya-Nyenicubahiro-ubumwe-2015.docx" viewer="microsoft" ] Read more
Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 1 janvier 2015 Ijambo rishikirijwe n’Umukuru w’Igihigu Petero Nkurunziza yipfuriza Abarundi Umwaka Mwiza w’ 2015. Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi, Umwaka w’2014 turawusozereye, dutanguye umwaka mushasha w’2015. Turashimiye Imana Mushoboravyose ko yatuzigamye, ikaduha amagara meza n’ubushobozi bukwiye bwo gutegura no kurangura imigambi myiza iteza imbere igihugu Read more
Amajambo yashikirijwe 1 juillet 2013 Ijambo rya Nyenicubahiro Petero NKURUNZIZA ku munsi wo kwigina intahe yo kwikukira 2013 Barundi, Barundikazi, Ncuti z’uburundi, Tubanje gushimira Imana Mushoboravyose yadushikanye kuri uwu musi turamutse duhimbaza imyaka 51 tumaze igihugu cacu kironse intahe y’ukwikukira. Nkako, hari kw’igenekerezo rya mbere Mukakaro umwaka Read more
Amajambo yashikirijwe 4 février 2013 Ijambo rya Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu twibuka imyaka 22 y’amasezerano y’Ubumwe bw’Abarundi [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2017/10/UNITE-2013.pdf" viewer="google" ] Read more
Amajambo yashikirijwe 31 décembre 2012 Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yipfuriza umwaka mwiza w’2013 Abarundi n’ababa mu Burundi [embeddoc url="http://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2017/10/novelan-2013.pdf" viewer="google" ] Read more