Kirundi || Français

IJAMBO RISHIKIRIJWE NA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU C’UBURUNDI, YIPFURIZA ABARUNDI N’INCUTI Z’UBURUNDI UMWAKA MUSHASHA MWIZA WA 2025

 Nyenicubahiro Mana Mushoboravyose, wewe wamye urinda ihanga ry’Uburundi, ukaba n’ubu warabukingiye impanuka umwaka wose, n’uhabwe icubahiro kigukwiye.   Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi,   Turiko turasozera umwaka w’2024. Twawutanguye neza, tubandanyana
error: Content is protected !!