Amajambo yashikirijwe 27 juin 2020 Ijambo Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu yashikirije ku munsi wo gushingura uwahoze arongoye Uburundi Umuhisi Nyenicubahiro Pierre Nkurunziza [embeddoc url="https://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2020/06/ORAISON-FUNEBRE-FINALE-du-26-06-2020.pdf" download="all" viewer="google"] Read more
Amajambo yashikirijwe, Ibiro vy'Umukuru w'Igihugu 2 janvier 2020 Ijambo Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu yashikirije ryo kwipfuriza umwaka mushasha Abarundi wi 2020 [embeddoc url="https://www.presidence.gov.bi/wp-content/uploads/2020/06/NEW-YEAR-2020.doc" download="all" viewer="microsoft"] Read more
Amajambo yashikirijwe 27 septembre 2019 IJAMBO RYA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU RYO KWINJIRA INGORO ” NTARE RUSHATSI” Banyakwubahwa mwese, Batumire bahire; Mudukundire tubanze dukengurukire Imana Mushoboravyose yatubungabunze gushika kuri uno musi kandi yadushoboje kwubaka tukuzuza iyi ngoro iteye igomwe, kandi iteye iteka Uburundi. 2. Iri genekerezo rya Read more
Amajambo yashikirijwe 17 septembre 2019 IJAMBO RYA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU RYO KWINJIRA IHINGURIRO “FOMI” 1. Turashimiye Imana ku vyiza yama ikorera Uburundi tudasize inyuma Ihinguriro FOMI. « Imana igira aho imaniye », « Imana ifasha uwifashije », « Ntawuheka uwutisimbiza ». 2. Turashimiye abagize Read more