Itangazo ku bimenyeshamakuru rijanye n’ihimbazwa ry’Umunsi Mukuru wa Noheri
Kuri uyu wa 25 Kigarama, umusi duhimbaza ivuka rya Yezu Kristu, Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, yifadikanije n’abakristu ba Paruwasi Kristu Mwami yo ku Mushasha ku murwa mukuru w’intara ya Gitega.
En cours de chargement…