Kirundi || Français

Ibiro bijejwe Poritike, Imibano n’Imico kama

Jean-Claude NDENZAKO KARERWA
Umukuru w'Ibiro bijejwe ivya Poritike, Imibano n'Imico Kama
Sennel NDUWIMANA
Arongoye Igisata kijejwe Kwiga no Gukurikirana ivya Poritike no Kwumviriza abenegihugu kuvyerekeye Poritike y'Igihugu
Dr Aloys NYABENDA
Arongoye Igisata kijejwe Kwiga no Gukurikirana ibijanye n'Imibano n'Akaranga
Béatrice HAVUGINOTI
Umuhanuzi ajejwe ivya Poritike
Nestor GASABA
Umuhanuzi ajejwe Kwumviriza Abenegihugu kubijanye na Poritike y'Igihugu
Christine HARERIMANA
Umuhanuzi ajejwe ivyo Imibano no Gushigikirana
Nicaise NDIBADIBE
Umuhanuzi ajejwe ivyo Imico Kama
Tharcisse BARANCURANWA
Umuhanuzi ajejwe ibijanye n'Iterambere ry'Abakozi n'Akazi
error: Content is protected !!