Ibiro bijejwe Kumenyesha Amakuru n’Ubuvugizi bw’Umukuru w’Igihugu
Hon Evelyne BUTOYI
Umukuru w'Ibiro akaba n'umuvugizi w'umukuru w'igihugu
Alain NZEYIMANA
Icegera c'umukuru w'ibiro akaba n'icigera c'umuvugizi w'umukuru w'igihugu
Chantal NSANANIYE
Arongoye Igisata kijejwe ibijanye no Gutunganya Ikiganiro c'Abavugizi
Leonidas NDAYIZEYE
Arongoye Igisata kijejwe Gusobanura Indimi
Tharcisse NTIMPIRANGEZA
Umuhanuzi ajejwe gutegura amajambo ashikirizwa
Onésphor GAFUSHI
Umuhanuzi ajejwe gusobanura indimi
Samuel NIYONZIMA
Umuhanuzi ajejwe ibijanye no gutunganya ikiganiro c'abavugizi
Stella NINZINGAMIRE
Umuhanuzi ajejwe gushikiriza ibiganiro ku mboneshakure no kw'iradiyo